Jambo Tours Agency Burundi

Jambo Tours Agency Burundi Une agence de voyage avec des vehicules et autres besoins necessaire dans les fêtes

Intumbero yacu nukubakwiza ivyo mukeneye mu ngendo muba mushaka gukora.Kubipfuza gutembera barikumwe na famille muri iyi...
10/12/2024

Intumbero yacu nukubakwiza ivyo mukeneye mu ngendo muba mushaka gukora.
Kubipfuza gutembera barikumwe na famille muri iyi misi mikuru Jambo Tours Agency Burundi twabazaniye izindi ngendeshwa zizobafasha.

Gira réservation hakiri kare kugira ntusange bazimaze natwe biradufasha kurondera ibitoro kumwanya.
Hamagara : +257 68 06 40 47

22/08/2024
Jambo Tours Agency BurundiAv: OUA Building Saint Pierre 1ère etage No4Contact:+25769041000+25771815508
05/06/2024

Jambo Tours Agency Burundi
Av: OUA Building Saint Pierre 1ère etage No4

Contact:
+25769041000
+25771815508

03/05/2024

Jambo Tours Agency Burundi

Mwiriwe gute bakunzi bibikorwa vyacu?Tangura umwaka mushasha utembera na Jambo Tours Agency Burundi  iyo tubahaye imidug...
11/01/2024

Mwiriwe gute bakunzi bibikorwa vyacu?

Tangura umwaka mushasha utembera na Jambo Tours Agency Burundi iyo tubahaye imiduga kuri vyabiciro bito mutosanga ahandi tubahana numu chauffeur yabigize umwuga kuko nabo tubafise kandi babimenyereye cane.

Av: OUA Building Saint Pierre 1ère etage No4

Contact:
+25769041000
+25771815508

[email protected]

We are Jambo Tours Agency Burundi and wish you wonderful beginning of the week.
09/10/2023

We are Jambo Tours Agency Burundi and wish you wonderful beginning of the week.

Reka tubipfurize intango nziza ya weekend bakunzi bacu abadukurikirana aho muherereye hose.Tubibutseko muri Jambo Tours ...
06/10/2023

Reka tubipfurize intango nziza ya weekend bakunzi bacu abadukurikirana aho muherereye hose.
Tubibutseko muri Jambo Tours Agency Burundi ukose umuduga ukawumarana imisi irenga itatu ugabanirizwa ibiciro nico kimwe n'igihe utoreye rimwe imiduga irenga itatu.

Tubafitiye kandi imiduga yo gukota cane cane mu manza canke gufata ingendo mu gihugu eka mbere no hanze yaco
Dakorera kuri cotebu muri imeuble etage yambere mu muryango ugira 4

Ariko urashobora kubaza ibindi vyinshi kuri 69041000 canke 71815508
Ibisigaye ubisanga ngaha
👇👇👇

https://www.facebook.com/100087415879547/posts/108871585370037/?app=fbl

Gira

24/09/2023

Mwaramutse gute?
Mbega aho muherereye ibikorwa vya Jambo Tours Agency Burundi birabashikira?
Muretse kuba ishirahamwe ryambere rikotesha imiduga myiza kandi yizewe ku biciro bitavuna urashibora no kugira commande yumuduga wipfuza kugura hama tukawukuzanira i Bujumbura.

Dukorera kuri cotebu muri imeuble Saint Pierre etage yambere bureau n⁰4

Duhamagare kuri 71815508 canke 69041000

https://youtu.be/b8wjujoPJ48?si=DvTeMpoYghpW-Jyz

Happy Sunday To All.This is Jambo Tours Agency BurundiYour races with our incomparable vehiclesAdresse :👇👇👇Av: OUA Build...
24/09/2023

Happy Sunday To All.
This is Jambo Tours Agency Burundi

Your races with our incomparable vehicles

Adresse :
👇👇👇
Av: OUA Building Saint Pierre 1ère etage No4

Contact:
+25769041000
+25771815508

[email protected]

Vos courses avec nos véhicules incomparableAdresse :👇👇👇Av: OUA Building Saint Pierre 1ère etage No4Contact:+25769041000+...
22/04/2023

Vos courses avec nos véhicules incomparable

Adresse :
👇👇👇
Av: OUA Building Saint Pierre 1ère etage No4

Contact:
+25769041000
+25771815508

[email protected]

14/03/2023
Jambo Tours Agency Burundi turipfurije umusi mwiza abakenyezi bose aho bari kuri uyu musi wabahariwe.
08/03/2023

Jambo Tours Agency Burundi turipfurije umusi mwiza abakenyezi bose aho bari kuri uyu musi wabahariwe.

Nous voici à bugarama. Teza Mount Hotel Jambo Tours Agency BurundiIkimamara agencyTwagire tubibutseko tubaha imiduga kur...
05/03/2023

Nous voici à bugarama.
Teza Mount Hotel
Jambo Tours Agency Burundi
Ikimamara agency

Twagire tubibutseko tubaha imiduga kuri vyabiciro bito mutosanga ahandi tukabahana numu yabigize umwuga kuko nabo tubafise kandi babimenyereye cane.

Wewe nimba ufise urubanza canke wipfuza gutembere mu eka mbere no hanze y'igihugu naho woshaka umuduga umarana igihe kirekire dusange
👇👇👇
Av: OUA Building Saint Pierre 1ère etage No4

Contact:
+25769041000
+25771815508

[email protected]

Urugendo twaraye turusozerereye I bugendana mu ntara ya   ubu twagarutse mu gisagara ca   ariko kandi abipfuza gutemeber...
27/02/2023

Urugendo twaraye turusozerereye I bugendana mu ntara ya ubu twagarutse mu gisagara ca ariko kandi abipfuza gutemebera canke imiduga yakazi turacahari

Numero ni zazindi 69041000 canke 71015508 canke 69570000.

Address

Cotebu
Bujumbura

Telephone

+25769041000

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Jambo Tours Agency Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Jambo Tours Agency Burundi:

Videos

Share

Category