Sottico Group

Sottico Group Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Sottico Group, Travel Agency, Patrice Lumumba no 34, Bujumbura.

Notre société
31/08/2024

Notre société

10/01/2022
20/12/2021
15/10/2021
09/10/2021
04/07/2021
27/05/2021
15/05/2021
17/03/2021

Rais wa Jamhuri ya Muungano wa Tanzania Dkt John Pombe Magufuli ameaga Dunia

28/02/2021

Ibihe bitandukanye, kwivuguruza kwa Leta yabicanyi, uko Rusesabagina yageze mu Rwanda.

Kuri 31/08/2020 RIB yatangaje ko yataye muri yombi Paul Rusesabagina, ukurikiranyweho ibyaha bitandukanye birimo n’iby’iterabwoba. Uru rwego rusobanura ko rwamutaye muri yombi k’ubufatanye n’ibihugu by’amahanga bitatangajwe.

Mu kiganiro n'itangazamakuru kuri uyu wa mbere, umuvugizi wa RIB yirinze kuvuga igihugu cyangwa ibihugu byafashije u Rwanda kugirango atabwe muri yombi, yumvikanisha ko biri mu nyungu z’ubutabera.

Hashize icyumweru kimwe kuwa 07/09/2020.

Umunyamabanga Mukuru w’Urwego rw’Igihugu rw’Ubugenzacyaha, RIB, Rtd Col Jeannot Ruhunga, yatangaje ko nta gihugu na kimwe cyigeze gifasha u Rwanda mu itabwa muri yombi rya Paul Rusesabagina, ahubwo ko yafatiwe ku Kibuga Mpuzamahanga cy’Indege cya Kigali kandi ko yahageze ku bushake bwe.

Ku wa 31 Kanama 2020 nibwo RIB yeretse itangazamakuru Paul Rusesabagina wari ukandagiye mu gihugu ku nshuro ye ya mbere kuva mu 2004. Icyo gihe ntihatangajwe uko yatawe muri yombi usibye kuvuga ko ifatwa rye rishingiye ku bufatanye n’amahanga.

Hashize iminsi mike Perezida Kagame abajijwe nabanyamakuru bo mu Rwanda kwifatwa rya Rusesabagina Perezida Paul Kagame yavuze ko "ushobora kwizana ubishaka u*i n'icyo ukora icyo ari cyo, ushobora [no] kwizana wabeshywe ukisanga hano".

"... Ariko uwanabwira n'abantu ko ari we wanizanye, ubwo urubanza rwaba ruri hehe? Rwaba ruri kuri nde?"

Ati: "Byabaye nko guhamagara nimero ya telefone ukaza gusanga wibeshye nimero wahamagaye. Kandi inzego zabigizemo uruhare zambwiye ko nta nenge yabayemo".

Hashize amezi atanu bwana Minisiteri w'Ubutabera akaba n'Intumwa ya Leta kuri 26/02/2021 Busingye yaje kubazwa n'a Televiziyo ya Alijazeela uwishyuye indege yagejeje Rusesabagina mu Rwanda, maze Minisitiri Businjye yemeza ko ari Guverinoma y’u Rwanda.
Yagize ati “Ni guverinoma yishyuye.”

“Icyo guverinoma yakoze kwari ugufasha umugambi w’uwo mugabo wo kugeza Rusesabagina mu Rwanda. Guverinoma nta ruhare yagize mu kumuzana, kwari ugufasha uwo mugabo washakaga kumuzana mu Rwanda.”.

Ngiyi Leta y'Inkotanyi zubu.

15/02/2021

Imiriyoni 121 ni yo mafaranga abatoza amatagisi mu masoko y’igisagara ca Bujumbura bahora banyuruza ku ndwi imwe, amafaranga ashobora gushika imiriyaridi 40 ku mwaka. Bishikirizwa na Gervais Ndirakobuca arongoye ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gigugu, umutekano n’iterambere ry’ama.....

14/02/2021
13/02/2021
08/02/2021

: BA BA NYA MAYERI BATANGUYE GUFATWA|

Bari muri bamwe bakoresha ifoto y'umutegetsi akomeye bakayishira kuri profil ya whatsapp canke facebook, kugira ngo ivyo babwira abantu baze kuvyemera.
Uwo mugambi ntiwereye aba bahungu babiri bo mu na kuri uyu w'Imana.

Amakuru ava aho i Buganda avuga ko barondeye umurwizatunga w'i Buganda asanzwe afise inzu y'amanama aho i Buganda ariko ari hanze y'i Gihugu.

Umwe muri bo ni umwigisha wo mu Ruhembe aho muri komine Buganda, uwundi nawe ava mu Rugombo nk'uko ababamenye babivuga.

Kuva mu gatondo ko kuri uyu w'imana bari mu minwe y'inyamiramabi inyuma yo kuza gutora amahera ku ruyeri bari bagize ariko bafatwa n'igipolisi, kibafatana itonga na nya mahera.

30/01/2021
29/01/2021

: ABAKOMISYONERI BOBA BAGIYE GUTUZWA?|

Abantu 164 bahuza abashoye n'abagu*i (Abakomisyoneri) cane cane ku masoko y'inka ni bo bamaze gufatwa mu ntara za , na .

Ni mu gikorwa c'indwi ubushikiranganji bw'intwaro yo hagati, iterambere rusangi n'umutekano bwatunganije. Imvo ni ukuraba uko amatagisi yinjira mu makomine.

Si abo gusa, hari n'abandi baranga amazu agurwa, apangwa canke amatongo agurwa cane cane mu bisagara.

Abo bakomisyoneri rero bose baridogerwa n'abatari bake ku mahera batoza. Mu bushikiranganji bw' Umutekano Burundi bo bakabita abapfungakiwane, bakamenyeshako iyo ngeso itegerezwa kuranduranwa n'imizi. Amahera batangisha ntaca mu mategeko kandi ntariha amatagisi.

Photo: Mininterinfos

Address

Patrice Lumumba No 34
Bujumbura

Telephone

+25771758791

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Sottico Group posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category


Other Travel Agencies in Bujumbura

Show All