
01/02/2025
Ibice bitari bito vyahoze biri kugihugu co mu Burundi Ubu bikaba vyahindutse Ubu bikaba biri kugihugu catanzaniya, Bugufi, Bushibi, Buha, kumbure nahandi. Barasigura uko vyagenze Eka mbere hari nabibaza ko mururirimbo gwo guhayagiza igihugu cacu akagace:"warapfunywe ntiwapfuye" kwarico vyavuyeko. Wewe uvyibazakwiki? Turashimiye Kino kinyamakuru cadutohoreje aya makuru kikayandika.