Sogepa

Sogepa SOGEPA(société de Gestion des Biens Patrimoniaux) a été agrée le 29 Mai en 2023 à Bujumbura, BURUNDI.

Muntumbero yo gufasha urwaruka kubandanya kwikarihiriza ubumenyi mu nyigisho zijanye n'ishure   n' ukwiga   mu   . Ishir...
30/08/2024

Muntumbero yo gufasha urwaruka kubandanya kwikarihiriza ubumenyi mu nyigisho zijanye n'ishure n' ukwiga mu . Ishirahamwe SOGEPA ryasubiya guhamagara uwo wese avyipfuza. Iyandikwa rikazotangura guhera italiki 1 -15 /9/2024

Kuwa 27/8/2024 umuhinga yigisha muri kaminuza y'uburundi Prof Elie sadiki Aho yariko yigisha ibinyamakuru n'amaradiyo ib...
29/08/2024

Kuwa 27/8/2024 umuhinga yigisha muri kaminuza y'uburundi Prof Elie sadiki Aho yariko yigisha ibinyamakuru n'amaradiyo ibijanye n'igisata c'ingenzi. Yaraberetse uruhara rw'abigenga ahereye kuri sogepa( Société de Gestion des Biens Patrimoniaux) , urw'abahinga n'abanyamakuru mu guteza imbere ico gisata.

Ishirahamwe ryacu, niko karanga kacu.

23/08/2024

Ntahandi nzokura abigeme bamba neza Ku kabeyi katavuna atari muri SOGEPA.

ISABUKUKURU KUBANYESHURE BARONSWA INGARAGAZABUMENYI BANONOSOYE  INYIGISHO ZIJANYE N'ISHURE NGEZI.Hari kuwa 18/8/2024 ish...
20/08/2024

ISABUKUKURU KUBANYESHURE BARONSWA INGARAGAZABUMENYI BANONOSOYE INYIGISHO ZIJANYE N'ISHURE NGEZI.

Hari kuwa 18/8/2024 ishirahamwe (Société de Gestion des Biens Patrimoniaux) mu 🇧🇮 ryashinzwe na prof Elie rirongowe na DG HAKIZIMANA afadikanije n'uwurongoye igisata c'ihayanishagurisha (marketing) muriryo NDAYISHIMIYE Jean Pierre.

✓ Muri ivyo birori hatanzwe (certificat de guidage touristique), Ku rwaruka rugera kuri 52 rwanonosoye inyigisho zijanye n'ishure ( école touristique👩‍💻).

Harimwo babiri2 bize ivy'ubuhinga bujanye no gutunganya ibifungugwa neza (Formation culinaire🍝) babifashijwemwo n'umuhinga bitrwa ( maître cuisinier).


✓Vyari vyatewe iteka n'umwubahwa asanzwe ari umuyobozi muvyo ajejwe harimwo igisata c' hamwe n' k**a mu . Mwijambo yashikirije yateye intege cane kubahejewe kuronswa izo ngaragaza bumenyi kuko bakenerwa cane mugisata co gutembereza ingenzi mu bibanza vy'iratiro bigize igihugu.

✓prof Elie sadiki akaba yatumiriye n'abandi bavyipfuza kuza kwiga izo nyigisho gusidukana n'iyonka kuko ngo navyo biri muri wa mugambi wo gushigikira wa mugambi w'imbono ya kazoza ya Nyene icubahiro umukuru w'igihugu cacu ciza c'uburundi Général Major Evariste NDAYISHIMIYE akaba yarangije abemerere ko agiye gukora ibishoboka vyose kugirango urwaruka ruronke ico umunwa ufungura kandi ngo n'umufuko ukazoronka ico ubika.

Ni harambe .

ECOLE TOURISME AU BURUNDI Thème : Devenir un guide touristique.Être guide touristique au Burundi est un métier passionna...
04/08/2024

ECOLE TOURISME AU BURUNDI

Thème : Devenir un guide touristique.

Être guide touristique au Burundi est un métier passionnant et enrichissant. Ce pays d'Afrique de l'Est, souvent méconnu, regorge de trésors naturels et culturels qui ne demandent qu'à être partagés avec les visiteurs. En tant que guide touristique au Burundi, ma principale mission est d'accompagner les touristes et de les faire découvrir les merveilles du pays.

Une fois sur le terrain, je m'occupe de guider les touristes tout au long de leur séjour. Mon objectif est de rendre leur expérience la plus agréable possible en fournissant des informations précises sur les sites visités, leur histoire, leur culture et leur environnement naturel. Je peux également les aider à communiquer avec les habitants locaux, car je maîtrise généralement plusieurs langues, dont le français, l'anglais et le kirundi, la langue nationale du Burundi.

La société de Gestion et des Biens Patrimoniaux vous amène beaucoup des services très intéressant notamment : Le service...
24/07/2024

La société de Gestion et des Biens Patrimoniaux vous amène beaucoup des services très intéressant notamment : Le service de guidage, Formation culinaire, les danses traditionnelles et moderne, service de marketing. Ceux qui veulent voyager pour leur plaisir, trouver ci essentiels.

Sans tourisme pas de plaisir.
Notre société,notre culture.

Kaze,Karibu,Bienvenus,Welcome.
17/07/2024

Kaze,
Karibu,
Bienvenus,
Welcome.

Kaze KaribuBienvenueWelcome🙏🙏🙏🙏
07/06/2024

Kaze
Karibu
Bienvenue
Welcome
🙏🙏🙏🙏

Ishure  ngenzi .Kanze mwebwe mwese mushaka kumenya vyishi mutari muzi Ku bijanye n'imyuga yaranze abo aho   na cane cane...
24/05/2024

Ishure ngenzi .
Kanze mwebwe mwese mushaka kumenya vyishi mutari muzi Ku bijanye n'imyuga yaranze abo aho na cane cane ufatiye Ku bijanye mico n' vy'abarundi 🇧🇮
Si ivyo gusa ishirahamwe ntirigengeshanya kubategurira kandi inyigisho zijanye no go guteka kijambere hamwe n'intambo z'ikirundi zifasha abakora imanza .

ishirakwe ryacu Niko kacu.

École touristique.L'art du paléolithique au Burundi est caractérisé par des peintures rupestres et des sculptures qui té...
16/05/2024

École touristique.
L'art du paléolithique au Burundi est caractérisé par des peintures rupestres et des sculptures qui témoignent de la vie et des croyances des premières communautés humaines dans la région. Ces créations artistiques ont été réalisées il y a des milliers d'années et fournissent des informations précieuses sur l'histoire et la culture du peuple burundais.
tourisme, pas de rêve.

Lac  . Woba wipfuza gutembere u   n'ukumenya bimwe mubibanza vy'iratiratiro nyarukira mwishorahamwe   ribatembereze riha...
12/05/2024

Lac . Woba wipfuza gutembere u n'ukumenya bimwe mubibanza vy'iratiratiro nyarukira mwishorahamwe ribatembereze rihari kubwanyu.

Sans tourisme, pas de rêve.

Murahawe ikaze mw'ishure   .Icivugo kivuga giti :
01/05/2024

Murahawe ikaze mw'ishure .
Icivugo kivuga giti :


Ecole touristique.Thème : comparaison de la religion traditionnelle des religions moderne.Tél : +25772448982Sans tourism...
24/04/2024

Ecole touristique.

Thème : comparaison de la religion traditionnelle des religions moderne.
Tél : +25772448982

Sans tourisme, pas de rêve.

Mu ruhongore zinganya  Bamwe  muhora mushaka   neza nyarukira hano muri   .Ishirahamwe rwacu Niko karanga kacu.Twakure K...
24/04/2024

Mu ruhongore zinganya
Bamwe muhora mushaka neza nyarukira hano muri .
Ishirahamwe rwacu Niko karanga kacu.
Twakure Kuri +25772448982

École touristique.Soigner avec des plantes médicinales est un don qui aide bon nombre des gens au Burundi.
17/04/2024

École touristique.

Soigner avec des plantes médicinales est un don qui aide bon nombre des gens au Burundi.



Tube turajajuraMumico n'imigenzo y' abarundi baho hambere iyo umwana ahongoye iryinyo, baca bamubwira arijane muminwe ar...
13/04/2024

Tube turajajura
Mumico n'imigenzo y' abarundi baho hambere iyo umwana ahongoye iryinyo, baca bamubwira arijane muminwe aripfumbase n'irihande y'uruzitiro ngo ba!

Yavuga atı :>.

Ahejeje yaca rirenza inyuma y'uruzitiro ( urugo) hari Muntumbero yo kugirango hazomere irindi rishasha kandi ryiza.
Sije nohahera!

École touristique Le BURUNDI, souvent surnommée le « pays du lait et du miel », possède des paysages variés, notamment d...
13/04/2024

École touristique

Le BURUNDI, souvent surnommée le « pays du lait et du miel », possède des paysages variés, notamment des , des immaculées et des luxuriantes. Le parc national de la témoigne de sa naturelle
tourisme, pas de rêve.



Sans tourisme pas de rêve. -sogepa Burundi.
11/04/2024

Sans tourisme pas de rêve.
-sogepa Burundi.

KazeKaribuBienvenusWelcome
11/04/2024

Kaze
Karibu
Bienvenus
Welcome

Hari kuwa 7.04.2024 muri park de la   . Aho ishirahamwe   ryaramutse ritembereza ingenzi , gutanga  inyigisho zijanye n'...
08/04/2024

Hari kuwa 7.04.2024 muri park de la . Aho ishirahamwe ryaramutse ritembereza ingenzi , gutanga inyigisho zijanye n'ishure ,uguhabuza iragi ry'abasokuru rikongera rikarivyaza umusaruro,no gutsimbataza imico n'akaranga vy'u .

Theme du dimache le 7/04/2024"Insígūro y'ímanza kāma mu Burundi"
05/04/2024

Theme du dimache le 7/04/2024
"Insígūro y'ímanza kāma mu Burundi"



Ishure ngenzi:Kuwa 30/3/2024 kucivugo kivuga giti: "Imiziro mu   bwa kera, na cane cane iyijanye n'imfungurwa"    na  Dr...
04/04/2024

Ishure ngenzi:
Kuwa 30/3/2024 kucivugo kivuga giti: "Imiziro mu bwa kera, na cane cane iyijanye n'imfungurwa"
na Dr Denis Bukuru kumwe na Pr Elie SADIKI.
Ishirahamwe ryacu, niko karanga kacu.
Twandikire kuri :+25772448982


Icivugo có ku wamungu Igenekerezo rya  7/04/2024"Insígūro y'ímanza kāma mu Burundi"
04/04/2024

Icivugo có ku wamungu Igenekerezo rya 7/04/2024
"Insígūro y'ímanza kāma mu Burundi"

Venez nombreux pour visiter le Burundi où il y a un jardin comparable à celle D'EDEN. Si vous voulez voyager il faut nou...
28/03/2024

Venez nombreux pour visiter le Burundi où il y a un jardin comparable à celle D'EDEN.
Si vous voulez voyager il faut nous contacter par +25772448982

Sans tourisme pas de rêve.

Address

BUJUMBURA, Burundi, Carama , 10è Avenue
Bujumbura
[email protected] +25772448982(WHATSAPP)

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Sogepa posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share

Category